UMUKUBITO ufasha urwaruka gushira ahabona ivyo bakora mukwiteza imbere biciye mungabire zabo zitandukanye harimwo umuziki,gutwenza,kurima,kworora,ubuhinga bwa none,imico kama,n'ibindi harimwo no kwigira kunararibonye muntumbero yo guteza imbere igihugu ciza c'UBURUNDI.
Our goal is to entertain and educate Burundian Youths through development